Kubaho ni ukubana

Joined April 2022
286 Photos and videos
C'est vendredichou, Inkuru yanje y'urukundo. Nakundanye n'umukobwa 4 mois atarandaba ryiza. Hanyuma azanana na son amie duca duhana contact atabona. Vyarangiye giciyemwo twamaze 2 jours i Ngozi comme si c'était la lune de miel. Namubeshe ko nduze kurubanza birangira antwaye ❤️
3
4
362
Burya UMUSAVYI ntari kure y'Umubeshi na cane cane iyo ivyo asaba vyari mu minwe y'abandi kandi akaba atabikwiye. Nico kimwe n'iyo ashaka kugumana ivyo afise kandi vyari bikwiye guhabwa uwundi. Abasavyi ndabasuhuje ariko ntimute Ubuntu 🙏
122
Je rappelle que je n'ai jamais été corruptible et je respecte ma conscience et mes principes. Ma conscience, ma foi, mes principes ne sont pas " vendables". Ma paix du "coeur", la paix du prochain et de tout être humain ne sont pas négociables. Ne tentez plus autre chose in box.
1
94
Nta muhinga w'isi 🙏. Mugire ijoro ryiza
1
97
Nkurikije ikiganiro Faustin Ndikumana yatanze nize ivyigwa 4 vy'ubuzima. Icambere Faustin ararinda cane ku buryo mbona ko vyari kuba vyiza abaye umusoda. Ica kabiri mbona mu Burundi hariho démocratie. Ica 3 nzama nubaha umuntu yize kandi akiga neza. Ica 4 nzopfa nanka igiturire.
1
190
C C M mawazoni 😭😭, Samia Suluhu Hassan mawazoni, Demicratia na maendeleo mawazoni, Tanzania mawazoni, nchi jirani mawazoni.😭
358
C'est vendredichou kama kawaida. Inkuru yanje y'urukundo donc. 🙏 Umunsi mfata umupuri ubwambere nazungurutse 6 fois mu masaha 3. Umurondo niwe yanyigishije vyose. Isoni Zaranyishe. Bukeye sinavyutse. Niriwe ndyame. Namaze 3 jours mbabara umubiri wose. Duhuye today aca atwenga🤦
7
2
998
Ndiho kuko abandi bahari. Ndi Mwigisha kuko hari abanyeshule, ndi umudandaza kuko hariho abaguzi. Ndi muganga kuko hariho abarwayi. Mba mu nzu kuko hariho umufundi yayubatse. Ndi umusoda kuko hariho igihugu. Mfungura kuko hariho uwatetse muhira canke resto. Ndiho kuko uriho.🙏
2
3
11
747
Nico gituma tukwiye kwubahana
87
Umurundi Asanzwe retweeted
L'araignée-banane est une araignée très agressive et venimeuse. Son venin est non seulement mortel mais a surtout la particularité de provoquer chez l'homme une érection particulièrement forte et douloureuse.
9
43
7,042
C'est vendredichou.. Inkuru ya gatatu y'urukundo. Natanguye kwiyumvamwo gusakara ku myaka 15. Umukobwa nasavye umupuri yavyakiriye nabi mbere arandega no kuri maman. Maman yaranyihanije abibwira papa. Papa yavuze ko nakuze mais nkwiye kumara ishure kugira niyumvire umugore.
1
1
413
Kw'iyi genekerezo rya 13/10 nongeye kwumviriza ijambo rya Rwagasore. Nsabe rero abatware n'abubahwa kuryinovora nongere mbabaze nti: Mbega mu myaka 50, tuzinovora Amajambo muvuga mushikiriza abantu. ? Vos enfants et petits enfants seront ils fiers de vous? Bonne journée 🙏
1
165
Pourquoi la classe des nouveaux riches burundais ne se démarque pas. Quartier à eux, boîte de nuit à eux, nouveaux modèles de voitures à eux... Leur visibilité manque. Peut-être qu'ils sont encore moins considérables.
1
2
631
C'est Sun day. .. jour du soleil, abasanzwe bemera murabe musimbire aho musengera mugabanye ivyaha.
2
205
Chaque chose a son temps. Chaque chose a un début et une fin.
2
358
C'est vendredichou. Nk'uko navyemeye ndabaha imwe mu nkuru z'urukundo nabayemwo. Umukobwa agira 2 twakundanye igihe kirekire twamaranye imyaka 6. Naraye iwabo 3. Yaje muhira incuro zirenga 10. Mugabo ntitwaryamanye. Mes sœurs et maman baramukunda. Mfise poèmes 10 ziwe.
3
7
1,420
Je rêve finir ma vie dans les pays scandinaves, en Suisse, au Vatican, au Singapour. Et si je n'y parviens pas au moins dans les îles Maurice.🙏
4
8
1,882
Ndabipfurije indwi nziza n'akazi keza kuri mwese. Abo Imana yahezagiye bakaronka ibiro n'akazi mwakire neza ababatumbera. Abatarakaronka murondere uturimo tw'amaboko kuko Imana ihezagira ibikorwa vy'amaboko yacu. Nawatakia baraka mbali mbali nyinyi nyote🙏
2
14
779
Umukobwa nakunze ubwambere nari mfise imyaka 9 twiga mu wagatatu primaire kandi twaricarana. Niwe yatanguye kunkunda ampa 2 bonbons nawe atwara 2. Natangiye kumwita umugenzi. Tugeze muri 5e vyaraheze kuko tuticarana kandi tutaba hamwe. Nafuhiye uwo bicarana, mpitamwo kumuhebera🤦
3
1
1,221
Mu nkuru nyinshi z'urukundo naciyemwo kuva mu buyabaga, nzoza ndabasangiza izankoze ku mutima gusumba izindi gushika uno munsi ngeze mu ma quarantaine.🤦Abo twakundanye canke vyanse muhumure, le,"secret professionnel amoureux" sera toujours gardé 🙏. Je vous reste reconnaissant🙏
4
3
989