Ntugire ikibazo ntaco wanduye, ahubwo nuwo mwanda wawe( kutoga)wahuye nuwundi mwanda(bacteria) zabo mwasambanye, genre mu gikorwa ariya ma mouvements, ama fluids, amavuta ya condoms, numwanda wundi wari kuri wewe ivyo vyose vyavuyemwo infections ari ayo mashira wabonye. Kugira ubandanye ubuzima bwawe neza, uje ku kazi umeze neza, ja kwipimisha, pour te tranquilizer ariko nta kintu wanduye na gito ni umwanda. Iyo uba waranduye STD’s amashira yari kuza ava muri penis yawe, usovye ukababara, etc… case yawe ibaze guheza gusambana wakoresheje condoms, amavuta yazo, iyashu, amazi ava mu bakobwa babiri, sperms zawe, ivyo vyose bikaja mu nzya ubiteranye uce wambara agakareso umare 3 days utoga wari wibaza iki? Ni umwanda