Filter
Exclude
Time range
-
Near
#ルワンダ語 #rwanda 話すためのルワンダ語単語1000 624 umunezero 喜び、幸福 Umunezero wasaze mu muryango wose, buri wese yishimiye iyo mpano itunguranye. 喜びが家族中にあふれて、それぞれがこの思いがけない贈り物を喜んだ。
17
Rwiyegura wa Jali retweeted
Nuko Musanze harashya koko. Mbega umunezero, mbega uburyohe, mbega ubwitabire.... abantu bari inyuma y'iki gikorwa, bababarabire abasa❤️ be blessed 🙌
6
5
92
7,036
Inkotanyi ziza CND wari umunezero kubanyarwanda bose!! Check out Lionel ayirwanda❤️🇷🇼's video! #TikTok vm.tiktok.com/ZSQVhU8gy/ This post is shared via TikTok Lite. Download TikTok Lite to enjoy more posts: tiktok.com/tiktoklite
10
Jun 15
Burya hariho umunezero atazi: ntazi ingene umuntu aryohegwa asanze yongewe agashara. Canke banque yamuhaye ideni yayisavye, canke yishuwe umushahara w'imyaka DD yamuraranirije kuva avuye i Congo. Des petits plaisirs nkizo ntazazi. Pourtant c'est la vie.
Hari abantu tutabayeho kw'isi imwe...
34
Umunezero hamwe ni Umutekano byose ntawundi PK 🇷🇼❤️
6
Jun 14
Cyakoze baba bafite umunezero koko
You are blessed if you are watching this video 👐👐👐👐👐👐🫶🫶🫶 God bless you 😇😇💖💖💖💖
16
Mu minsi ibiri gusa ndonse ubutumwa burenga 7000 bw’abantera intege. N’irya mbere ntewe iryo teka. Ubwo butumwa bwose bwanyeretse ko iy’umuntu ahagurutse mu kwizera, inyuma yiwe haba har’igihugu cose. Mwakoze mwese mwansengeye kandi nubu mukiriko. Kuva kera nigishijwe ko gushirwa hejuru biciye mumuco bitangwa n’Imana. Muri 2Timoteyo 1 :7, hari amajambo meza yama anyibutsa ko ukwizera no kudacika intege bica inzira aho benshi babona ko bitoshoboka. Ikizoba kivuye mumatora cose yo kur’uwu wa mbere i New York muri ONU, nzocakirana umunezero kuko intambwe ikomeye izoba ivuyemwo : Izina ry’uburundi rizoba rihejeje kurengana ubwa mbere, imbere y’inama y’ibihugu 175 vyateye umukono ku masezerano mpuzamakungu ajanye no gukingira agateka ka zina muntu kw’isi. Igihe naho twokwizerwa, intsinzi izoba ar’iy’abarundi twese kandi ibikorwa twoba dushinzwe twobikorana ubwenge, umwete, ubwitonzi no kudahugumbwa ku neza y’amahanga yose no kubw’iteka ry’ihanga ry’uburundi ryatwibarutse, rikaturera rikaduha izina.
12
10
42
6,993
Ntabwo umutima w'umuntu uzigera ugira umunezero igihe cyose utaritanga ngo Mwuka w'Imana awugenze uko ashaka.
3
Kamanzi Grégoire retweeted
#Kwibuka32 umunezero ni mwinshi 🙄🙄🙄 abacitse ku icumu bakiri inyuma y’ubu butegetsi tubifurije gukomeza kwisinziriza mu buryohe!
Muri France hahantu nababwiye kwifotoza birakomeje, bishimye cyane akanyamuneza ni kose. 👇🏿👇🏿👇🏿
4
1
7
1,173
Mbega umunezero utangaje cyane
Plot twist of the century. The doctor at the end is all of us 💀
6
Family nziza itera umunezero
16
Replying to @Luxe_bysamy
Kubyara bitera umunezero dii
7
Replying to @KenzoIgiraneza
Ni igiki muvyo nanditse ubonye kigaragaza umunezero muvyo nanditse ????? Hinge nawe ndaguhe un gros câlin kuko urarushe, nubwo uruhishijwe numurimo mwitumo 🤣 And yes, this time ndagutwenze pe !
1
3
611
Replying to @Umweneforongo
Nkubeshye se? Umunezero ni wose! Ndebera 👇🏾👇🏾👇🏾
78