Joined May 2024
174 Photos and videos
#Burundi,muri za ngendo barimwo zo kwishikira kukivi,kur'uyu wa 14/6/2026,ubuserukizi @CnddFdd muri komine Nyanza bagendeye zone Kabonga aho bari baramutse bigina intsinzi.Basabwe kwama bagendera akaragamutima, kwijukira ibikorwa vy'iterambere rusangi nko gutera ivoka n'ikawa
25
28
272
#Burundi 13/6/2026,Uwurongoye Abakanyererarugamba mu ntara Ya Burunga,arikumwe n'izindi ndongozi bagendeye irerero ry'umusore Désiré NDAGIJIMANA areze impfuvyi zirenga 100, yashimiye Abakenyerararugamba bo mwiyo ntara bitanze kugira bikunde,asaba n'abandi kwitangira ico gikorwa.
3
28
29
382
#Burundi,mu ntumbero yo gusukura ibisagara,kur'uyu wa 13/6/2026, uwutwara umuhari w'Abakenyererarugamba mu ntara Ya Burunga , yifadikanije n'Abanegihugu bo mu gisagara ca Rutana mu gusukura igisagara.Abanya Rutana basabwe kwitunganiriza ivyo bikorwa batarindiriye ibikorwa rusangi
24
27
363
#Burundi,muri za ngendo ubuserukizi @CnddFdd muri komine Nyanza barimwo,kur'uyu wa 13/6/2026 bagendeye zone Gitara,batewe iteka n'icegera c'umunyamabanga mu Ntara asanzwe ari imvukira,mw'ijambo ryiwe yabasavye gushigikiza indongozi ibikorwa no kwijukira ibikorwa bibateza imbere
4
28
29
244
#Burundi Imbonerakure ziva muntara ya Burunga ziga muma kaminuza atandukanye,barakoraniye munyubakwa za BSPI i Bujumbura, kuyu wa 31/05/2026. Intumbero kwari kwakira bashasha no kwipfurizanya umwaka wa 2026. Ivyo birori bikaba vyari vyatewe iteka n'abubahwa batandukanye. @CnddFdd
5
35
41
916
CNDD-FDD BURUNGA retweeted
Ku bavukanyi bacu bo mw’idini rya Islam, Eid Mubarak! Imana ibahezagire.
45
116
199
4,256
#Burundi,Umunyamabanga ntunganya bisata ajejwe kumenyesha amakuru akaba n'umuhetsi wa Burunga, yasozereye ingendo arimwo,Ku muhingamo wo kur'uyu wa 26/5/2026,yagendeye indongozi zitandukanye za komine Matana, abasaba kwitaho iterambere, indero runtu n'isuku n'isukura @CnddFdd
3
39
47
674
#Burundi,Umunyamabanga ntunganya bisata jejwe kumenyesha amakuru akaba n'umuhetsi wa Burunga, arabandanya ingendo muri iyo ntara aho kur'uyu wa 26/5/2026 yagendeye komine Bururi,yabasavye kwitaho igiterwa c'ivoka,bagiriranire urukundo,asaba indongozi kuba akarorero keza @CnddFdd
1
31
33
365
#Burundi,kugendera akarangamutima,kwijukira ibikorwa vy'iterambere rusangi nko gutera amavoka n'ikawa,kugarukira indero kama,ni akamo Elias CIZA umunyamabanga @CnddFdd muri komine nyanza yateye Abagumyabanga ba zone Mpinga aho bari baramutse bigina intsinzi kur'uyu wa 24/5/2026
25
32
410
#Burundi,Umunyamabanga ntunganya bisata akaba n'umuhetsi wa Burunga, arabandanya ingendo muri iyo ntara aho kur'uyu wa 19/5/2026 yagendeye komine Musongati araba aho bagejeje ikivi anabasaba kwijukira ibiterwa njabuka mazi nk'amavoka n'ikawa,no kugarukira indero kama @CnddFdd
3
30
34
376
Umunyamabanga ntunganya bisata ajejwe kumenyesha amakuru mumugambwe @CnddFdd akaba n'Umuhetsi wa Burunga, kuyu wa 19/5/2026 yakoresheje inama indongozi z'abakenyererarugamba n'imbonerakure bo muri komine Rutana, yabasavye kwitaho ibikorwa vy'iterambere no kurangwa n'imico myiza.
27
29
278
#Burundi,inyuma yo kuganira n'abavuka komine ya Makamba kur'uyu wa 18/5/2026, umunyamabanga ntunganyabisata ajejwe kumenyesha amakuru yagirishije inama imbonerakure aho abasaba kugira imbono yo gutegura kazoza Kabo n'ak'Iguhuhu,abasaba kandi gukunda igihugu cabibarutse @CnddFdd
4
29
36
354
#Burundi,Umunyamabanga ntunganya bisata akaba n'umuhetsi wa Burunga, arabandanya ingendo muri iyo ntara aho kur'uyu wa 18/5/2026 yagendeye komine Makamba araba aho bagejeje iterambere, abasaba kwijukira ibiterwa njabuka mazi nk'amavoka n'ikawa,no gukundisha ishure abana @CnddFdd
6
33
38
358
#Burundi,mu kurangiza urugendo muri komine Nyanza,kur'uyu wa 17/5/2026,umunyamabanga ntuganyabisata ajejwe kumenyesha amakuru yifadikanije n'abanye zone Nyanza mu kwipfurizanya umwaka mushasha bongera bakeza Nyenicubahiro ku cizere aherutse kwongerwa n'Abagumyabanga @CnddFdd
5
31
34
387
#Burundi,muri za ngendo arimwo umunyamabanga ntunganyabisata ajejwe kumenyasha amakuru akaba n'umuhetsi w'intara Ya Burunga ,kur'uyu wa 17/5/2026 yagendeye komine Nyanza araba aho bagejeje iterambere bahereye mu ngo zabo, abasaba kwijukira ibiterwa njabuka mazi nk'amavoka n'ikawa
1
32
38
343
#Burundi,kur'uyu wa 16/5/2026, Abagumyabanga bo ku mutumba Rukere muri zone Mugamba baramutse bigina intsinzi bipfurizanya n'umwaka mushasha, ico gikorwa catangujwe n'ibikorwa rusangi vyo guharura ibarabara,vyari vyatewe iteka n'umunyamabanga @CnddFdd muri komine Matana.
2
22
22
343
#Burundi,kur'uyu wa 16/5/2026, Abagumyabanga bo ku mutumba Munywero muri zone Ngoma baramutse bigina intsinzi bongera bipfurizanya n'umwaka mushasha,hatanzwe ifashanyo kubamikoro make harakirwa n'abanywanyi bashasha batewe iteka n'ubuserukizi bwa @CnddFdd muri komine Musongati
1
25
26
218
#Burundi,inyuma y'ibikorwa rusangi,uwurongoye Abakenyererugamba mu ntara ya Burunga yagirishije inama abo arongoye ba Komine Makamba,yabasavye kwijukira ibiterwa vy'ivoka n'ikawa,kabaye n'akaryo ko gushiraho komite y'abantu100 bajejwe ivy'isuku bikaba bigiye kuba muma komine yose
1
25
29
335
#Burundi,kur'uyu wa 16/5/2026, Uwurongoye umuhari w'abakenyerarugamba mu ntara ya Burunga,arikumwe n'icegera ca2 @Burundi_senat,Abashingamateka n'Abakenguzamateka batowe mwiyo ntara,bifadikanije n'abenegihugu mu gisagara ca Makamba mu bikorwa vyo gusukura umurwa mukuru wa Burunga
2
26
29
333
#Burundi,kur'uyu wa 16/5/2026, Abagumyabanga ba zone Kayogoro ya komine Nyanza baramutse bigina intsinzi bongera bakeza Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu kwiteka yaraye atewe ngo aserukire Abagumyabanga mu matora.Ivyo birori vyatewe iteka n'ubuserukizi muri komine n'izindi ndongozi
3
26
32
302