Turababajwe cane n’inkuru y’urupfu giturumbuka rw’umushikiranganji wo kumenyesha amakuru n’ibimenyeshamakuru, umushingantahe Gabby Bugaga.
Turahojeje umuryango wiwe n’Abarundi bose.
Imana imwakire, imuhembere ubutwari,umwete n’ubwira vyamuranze mu mirimo yose yo gukorera igihugu.