Joined January 2020
1,657 Photos and videos
Tuzoshikiriza Inzu Uwarurwanye itariki 28/06/2026 duce turyoherwa na Lino G i Buziracanda.
1
1
4
607
Urya mugabo yambaye Agapfukamunwa yitwa Gabriel Rufyiri. Aba i Bujumbura. Uyu Mutama afise ijambo yitwa MBONIMPA, N impunzi y Umurundi nta burenganzira na bumwe afise bwo gutora. Ariko ari mubahora bavuga ko amatora yibwe kandi impunzi zidatora. Natahe, yemere kwibera Umukukuruke aze ace Umugani ko yabonye intwari z Abagumyabanga batagugumwa.. .
29
6
24
17,929
Kuberiki Abanyarwanda Bita aha hantu bgo ni Mubustani??
14
2
3
3,100
Ibomborabombora mu mugambwe wa Rwagasore. Abadasigana Barahiye bararengwa ko batemererera Abaporona bafise inyungu zabo bashaka kwiyunga n abatavuga rumwe na Leta kandi bayirimwo.. . Menya Neza: Ibwirizwa shingiro ntiryemerera kuba Umugambwe uri muri Leta uvuga ko utavuga rumwe nayo. Uprona iri muri Leta kubera ifise icegera c Umukuru w Igihugu..
7
6
2,891
Uno Mwaka nta gahengwe Nzobaha.
15
11
2,152
Mu nama z Abakuru ku Nyungu za Africa kuba yaronse Amahirwe ikayoborwa na Nyenicubahiro @GeneralNeva .
42
2
20
7,377
Aha niho ndi.
9
4
7
842
Wadusigiye iragi rikomeye ryo Gukunda no Kuzirikana Igihugu nubu turacarigendera... Nta mwansi w Uburundi aduterana intambwe n imwe.
11
4
29
4,644
Imodoka ya 3 muri Entertainment yi Burundi. Iyi yagenewe Abakizwa.
3
4
2,628
Uyu niwe André KATABARWA. Niwe yariye deal yo gushinga Umutwe w Interahamwe zishe Abatutsi muri 1994. .. Yarashimiwe na RPF...
6
4
24
10,759
Mbe murazi ko aho hambere arije nahinyanyura indirimbo z Abanyejenda. Aha hari muri 2012 ndiko ndahinyanyura indirimbo za Club Giramahoro. Iyi yari indirimbo yitwa NTAYAYE... Uwo mwaka nyene naciye nja guha amahugurwa abahinyanyuzi bi Kigali baca bansaba kumpa ubwenegihugu bwabo ndiyankira.
15
2
14
5,823
Jewe na Bagenzanje ba Runtown Djs twicaye STAMINA i Remera... Ndabamenyesha ko Umuziki ugezweho i Rwanda ari Uwabarundi.. .
23
13
6,910
Aha ni 2013, Niyombare atarabesha @rugbob78 ngo akorere Coup d Etat mwi radiyo yiwe birangira na Inncocent Valentin umumenyeshamakuru yari akunzwe cane, twanakoranye vyinshi muvy imiziki Abaye impunzi mu Rwanda. .. Nkuyu nta n umutahe umurondera.
8
1
10
5,294
Ubu Bubingwa Burafise ingabire zo kuvogera ibihugu vyabandi bukavyiyitirira... No Mu Burundi bwarigeze kuhaba bwiyomoye mu Rwanda muri 1959 bwanse gutwarwa na #KAYIBANDA. ...
38
2
29
10,330
Abanyamulenge muri Congo...
11
2
16
2,860
Aba bantu nibo baza batuma dukora inkuru ku Rwanda. Kandi nkoze inkuru nkora ahababaza... Vuba ndabamesa kandi.
15
1
8
2,781
Inkotanyi ndaziziye...
15
1
12
3,582
Ubu notanguza Gang yo kuza Turakanya Karya gatsiko kaba Scovia abanyarwanda boca batangura kwiriza... Nta bindi biganiro bagira atari Uburundi. Nibabandanye...
4
2
438
Ndakunda Abanyamulenge...
Umunsi udasanzwe wibyishimo guhura na Nyakubahwa Minister @PatrickMuyaya hamwe numuvandimwe @GanzaDC_ Ibiganiro byagaciro 👌
5
1
8
1,638
Abanyepolitike nibo bonyene bakamisha ivyamoko. Abanyepolitike baguye mubmutego w Abakoloni @CnddFdd ica irawutegura. Igihe ibere ryayaga muri bene Burundi, hari abanyepolitike biciye mu mice bamwe bitwa Abahutu abandi bitwa Abatutsi nibo bagiye i Arusha baragabura Ubutegetsi bisunze amoko bigabuyemwo. Mu rugamba rwo guhabuza Demokarasi rwayobowe na CNDD FDD, rwatumye intsinzi iba mu mitima y Abarundi gutyo abiyise Abahutu n abatutsi bose bisanga muri CNDD FDD. Nico gituma n Abatowe mu Matora aheruka, Abatutsi babaye benshi batowe gusumba abitwa Abahutu biba ngombwa ko Abahutu bongerezwa kugira bakwize ibitigiri vyasabwe n Abanyepolitike bagiye i Arusha. Igitangaje nuko Abo batutsi n Abahutu bose bisanze ari aba CNDD FDD. Bisigura yuko Abarundi bamaze gukura batahura ko Uburundi ari bwa Beneburundi kuburyo ubu bigoye kuronka Umugambwe witirirwa ko userukira Ubwoko runaka kandi ko Uburundi Atari ubw Abahutu canke ubw Abatutsi ahubwo ari Ubw Abarundi.
12
3
15
7,312